The Tech News weekly summaries help you monitor recent software changes likely to impact you and your fellow Wikimedians. Subscribe, contribute and give feedback.
previous | 2022, week 44 (Monday 31 October 2022) | next |
Amakuru y'ubuhinga: 2022-44
Amakuru y'ubuhinga aheruka avuye k'umurwi w'ubuhinga wa Wikimedia. Murasabwe kumenyesha abandi bakoresha ibijanye n'izi mpinduka. Si impinduka zose zizokubako. Impinyanyuro ziraboneka.
Impinduka ziheruka
- Mugihe uriko ukoresha clavier ku Gicapo c'ikarata, intumbero izokwibonekeza cane. [1]
- Muri Special:RecentChanges, ubu urashobora guhisha urutonde rwo kwinjira kubikorwa vy'abakoresha bashasha hamwe na filtre ya "⧼rcfilters-filter-newuserlogactions-label⧽". [2]
Impinduka zo mumpera y'uyu mushamvu
- igice gishasha ca MediaWiki kizoba kiri mw'igeragezwa kuri za wiki na MediaWiki.org kuva 1 Munyonyo. Kizoba kiri kuri wiki atari iza Wikipedia n'izindi Wikipedia kuva 2 Munyonyo. Kizoba kiri kuri wiki zose kuva 3 Munyonyo (ikirangamisi).
- Ikiganiro co kumakarata muri VisualEditor kironka imfashanyo zimwe zimwe z'inyandiko. [3]
- Ubu birashoboka guhitamwo ururimi rw' Igicapo c'irakata muri VisualEditor ukoresheje urutonde rumanuka. [4]
- Ubu birashoboka kwongera insiguro ku Gicapo c'ikarata muri VisualEditor. [5]
- Ubu birashoboka guhisha indinganizo y' Igicapo c'ikarata muri VisualEditor. [6]
Amakuru y'ubuhinga yateguwe n' Abanditsi b'amakuru y'ubuhinga hama ashirwako na robo • Guterēra • Guhinyanyura • Ronka ubufasha • Tanga igisubizo • Iyandikishe canke wikureko.