The Tech News weekly summaries help you monitor recent software changes likely to impact you and your fellow Wikimedians. Subscribe, contribute and give feedback.
previous | 2022, week 43 (Monday 24 October 2022) | next |
Amakuru y'ubuhinga: 2022-43
Amakuru y'ubuhinga aheruka avuye k'umurwi w'ubuhinga wa Wikimedia. Murasabwe kumenyesha abandi bakoresha ibijanye n'izi mpinduka. Si impinduka zose zizokubako. Impinyanyuro ziraboneka.
Impinduka ziheruka
- Habayeho ibikorwa bito bito vyo gukosora amasanamu muburyo budasanzwe:Rondeza, kubijanye no guhuza amajwi hamwe no gushiraho amasanamu. Insiguro nyinshi ziri muri T319230.
- Kuri za Wikipedia, hiyongeye icifuzo gishasha kugirango hanyegezwe ingingo ntoya muburyo budasanzwe:Rondeza. Insiguro zikwiye ziri muri T320337.
Intambamyi
- Kundwi iheze, wiki zitatu (French Wikipedia, Japanese Wikipedia, Russian Wikipedia) gusa zari zifise uruhusha rwo gusomwa muminota 25. Ibi vyatumwe n'intambamyi y'ibikoresho. [1]
Impinduka zo mumpera y'uyu mushamvu
- igice gishasha ca MediaWiki kizoba kiri mw'igeragezwa kuri za wiki na MediaWiki.org kuva 25 Gitugutu. Kizoba kiri kuri wiki atari iza Wikipedia n'izindi Wikipedia kuva 26 Gitugutu. Kizoba kiri kuri wiki zose kuva 27 Gitugutu (ikirangamisi).
- Wiki zimwe zimwe zizoba ziri mw'isomwa gusa mukiringo c'iminota mike kubera ihindurwa ry'ububiko bukuru bw'azo. Bizokorerwa kuri 25 Gitugutu isaha 07:00 UTC (targeted wikis) no kuri 27 Gitugutu isaha 7:00 UTC (wiki z'intumbero).
- Guhera kuwa gatatu, urutonde rushasha rwa Wikipedia ruzoronka "Ongerako umurongo" "(Assamese Wikipedia, Bashkir Wikipedia, Balinese Wikipedia, Bavarian Wikipedia, Samogitian Wikipedia, Bikol Central Wikipedia, Belarusian Wikipedia, Belarusian (Taraškievica) Wikipedia, Bulgarian Wikipedia, Bhojpuri Wikipedia, Bislama Wikipedia, Banjar Wikipedia, Bambara Wikipedia, Bishnupriya Wikipedia, Breton Wikipedia, Bosnian Wikipedia, Buginese Wikipedia, Buryat Wikipedia, Indonesian Wikipedia). Iki ni igice c' isango ryo kurungika iki gikoresho kuri Wikipedi nyinshi. Imirwi irashobora kugena uburyo ibi bintu bikora aho iherereye. [2]
- Guhera kuwa gatatu igenekerezo rya 26 Gitugutu 2022, urutonde rw'abahanuzi ruzoja kumwanya kuri za wiki aho impanuro ziboneka. Ubuhanuzi bwo gutanga impanuro buzobandanya nk'uko bimeze ubu. Igikorwa co kwiyandikisha kizosubirizwa, kandi hazotangwa uburyo bushasha bwo gutunganya. Kandi, iri hinduka ryorosha ishirwaho ry'uburyo bwo gutanga impanuro kuri za Wikipedia. [3][4][5]
- Impapuro zifise imitwe itangurwa n'indome ntoya ukurikije Unicode 11 zizohindurwa amazina canke zifutwe. Hari urutonde rw'impapuro zagize ingaruka kuri m:Unicode 11 case map migration. Ayandi makuru murayasanga kuri T292552.
- Ishusho y'ishimikiro 2022 rizohinduka ribe irisanzwe muri za Wikipedia ntonto. Soma vyinshi.
Impinduka zo muri kazoza
- Igikoresho gitanga inyishu n' Igikoresho gishasha c'ishimikiro bizoronka vuba urutonde rudasanzwe rw'indome. [6]
Amakuru y'ubuhinga yateguwe n' Abanditsi b'amakuru y'ubuhinga hama ashirwako na robo • Guterēra • Guhinyanyura • Ronka ubufasha • Tanga igisubizo • Iyandikishe canke wikureko.